Burundi : Haravugwa ko Nkurunziza yahiritswe kubutegetsi
Ingabo z'u Burundi Akanama kiyise Comité de restauration de la concorde nationale, kavuze ko kakuyeho umukuru w'u Burundi Pierre Nkurunziza ubu wari wagiye muri Tanzania mu nama yari yateguwe n'umuryango w'ibihugu byo muri Afrika y'uburasirazuba ku kibazo...