Burundi : Imyigaragambyo yo kuwa kabiri yaranzwe n’inkongi nyinshi z’umuriro !
gutanga kandidatire kw'abatavuga rumwe na Nkurunziza ntikwahosheje uburakari bw'abaturage! Imyiyerekano yo ku munsi wa kabiri taliki ya 12/05/2015 yaranzwemo ibikorwa byo gutwika amazu n'amamodoka hamwe n'abapfuye. Muri komini Buterere umupolisi w'umugore...