Overblog Tous les blogs Top blogs Politique Tous les blogs Politique
Suivre ce blog Administration + Créer mon blog
MENU
Publicité
Publicité

Burundi : Umukuru w’igihugu yagenye Reta nshasha

Publié le par veritas

Burundi : Umukuru w’igihugu yagenye Reta nshasha

Inyuma y’iminsi ine arahiriye kurongora Uburundi,umukuru w’igihugu yagenye Reta nshasha kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu 100/02 ryo kuwa 24 Myandagaro 2015 rigena abashikiranganji bashasha. Pascal Barandagiye yahora arongoye ubushikiranganji bw’ubutungane...

Lire la suite

Publicité

Burundi : CNARED yashyize ahagaraga abagize ubuyobozi bwayo.

Publié le par veritas

Burundi : CNARED yashyize ahagaraga abagize ubuyobozi bwayo.

Léonard Nyangoma Inama y’igihugu ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’igihugu, amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku mategeko CNARED yasohoye inzego zayo, ibicishije mw’itangazo no2/2015 ryo kuwa 20 Myandagaro ryateweko umukono n’umukuru w’inama...

Lire la suite

Publicité