Burundi: Kiliziya Gaturika ntiyariye umunwa
/image%2F1046414%2F20150307%2Fob_48ae08_eglise-au-burundi.png)
Ibitangazamakuru byo mu Burundi biravuga ko ubuyobozi bwa kiliziya gaturika mu Burundi bwasohoye inyandiko yamagana umukuru w'igihugu warenza ibiringo bibiri k'ubutegetsi. Iryo tangazo ngo ryasohowe kuri uyu wa gatandatu taliki ya 7/03/2015 nyuma y'inama...