Venezuwela: Bwana Guaido yavuze ko ariwe perezida w'igihugu w'agateganyo!
Bwana Juan Guaido wihaye umwanya w'umukuru w'igihugu cya Venezuwela Ntabwo ari muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo RDC intebe imwe y'umukuru w'igihugu iri kurwanirwa n'abantu 2 gusa, no mu gihugu cya Venezuwela rurageretse! Bwana Juan Guaido...