Rwanda-TPIR: HRW ivuga ko ari ihurizo rikomeye kuba nta Muntu wa FPR Washinjwe Arusha !
Ishirahamwe riharanira agateka ka muntu rifise icicaro muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Human Rights Watch, rivuga kw’amareta y’ibihugu vyo kw’isi ategerezwa kwongereza utwigoro twayo tw’ugushira imbere y’intahe abantu basigaye bagirizwa ihonyabwoko...