Burundi : Ubutumwa bwerekana aho umugambwe FNL uhagaze muri ibi bihe bikomeye igihugu kiriko kiracamwo.
Banamarimwe, Bakenyezi mukenyereye urugamba, Rwaruka mparaniragihugu, Namwe ncuti n'abakunzi b'umugambwe FNL Twipfuje kubanza kubaramutsa tubipfuriza kugira iteka n'itekane, muroranirwe mu banyu no mu vyanyu aho muri hose kandi amahoro n’imigisha biva...