Tanzaniya: Prezida Magufuli yagenye Kikwete kurongora kaminuza
Umukuru w’igihugu ca Tanzania Dr John Magufuri yagenye uwo yasubiriye mu mabanga, Dr Jakata Kikwete kurongora kaminuza ya Dar-Es-Salaam. Itangazo rimugena ryasohowe n’umunyamabanga mukuru wiwe, Ombeni Sefue. Iryo genwa ryatanguye kunuganugwa itariki 17...