Leta ya Congo yiteguye kwinjiza mu ngabo zayo abarwanyi ba M23 bagera 1600!
Leta ya Congo iremeza ko ishobora kwinjiza mu ngabo zayo abarwanyi 1600 b'umutwe wa M23 ariko abayobozi b'uwo mutwe bagera ku 100 ntabwo bashobora kwinjira mu ngabo za Congo, Ibyo bikaba byatangajwe na Ministre Lambert Mende akaba n'umuvugizi wa leta...