Marines sent to Burundi to guard U.S. embassy

Publié le par veritas

Marines sent to Burundi to guard U.S. embassy
WASHINGTON — The Pentagon has sent about 20 Marines to the volatile African nation of Burundi to help safeguard the U.S. embassy there, a Defense Department official said Monday.
 
The State Department last week ordered dependents of U.S. government personnel to leave the country because of political violence and the potential for terrorist attacks on American interests there.
 
The Marines were sent last week to bolster security at the embassy, said the Defense official who spoke on condition of anonymity because they were not authorized to speak publicly about the deployment. The airport and land borders have been closed there, according to the State Department.
 
A failed coup by generals in Burundi prompted President Pierre Nkurunziza to crack down on dissenters. Reuters reported Monday that he fired his defense minister.
 
The State Department has warned Americans not to travel there.
 
Burundi has long been wracked by violence. Its first democratically elected president was assassinated in 1993, sparking ethnic violence between Hutu and Tutsi factions. Fighting raged for more than 10 years and killed more than 200,000 people.
 
The landlocked in eastern Africa is one of the poorest in the world. Its chief export is coffee.
 
Source : usatoday.com

Publié dans ANGLAIS

Commenter cet article

mulindwa 19/05/2015 14:26

ntibibangaze kubona abasilikari ba Leta zunze ubumwe z,Amerika ziri mu Burundi. Nkuko Cibitoke yabivuze, mushobora kubona Nkurunziza baye nka Habharimana na Ntaryamira. Ibyaribyo byose, ijuru ntabwo ari ryeru. Aho bukera Kagame, nubwo ari mu bibera i Burundi mu buryo bamwe batabibona, arabijyamo ku mugaragaro. Intambara ikomeye iri kunuka mu Burundi ishojwe ku mugaragaro na Kagame. Ngoho aho nibereyeeee.

Joffrey 19/05/2015 14:05

Mu kurangiza iyo nkuru bavuga ngo " Burundi ni kimwe mu bihugu bikenye cane kw'isi. Reka nibarize: None ko u Burundi bukenye cane, Abanyamerika barisuka basehuruka baza muri ico gihugu gukora yo iki ???????????????? Abarundi bafise kuva kera na rindi ubutunzi bwinshi butandukanye, ariko babuzwa kurya ivyabo no gukorera igihugu Cabo nabo bantu nyene bama bica ,basahura Uburundi n'ibindi bihugu vya Afrika, hanyuma barangiza , bagatarukira ku maradiyo yabo babesha amakungu bavuga ngo " Uburundi burakenye, abirabure ni bo bakenye kw.isi,,,,,n,ibindi bibi vyose bumva bashaka kugira banduze umucafu ibihugu n'abanyagihugu ba Afrika.

Ubu abanyagihugu ba Libya barakenye kandi baragowe cane. Ni nde watumye Libya ikena igasubira mu gihe kera aho abantu i batunzwe no guhiga no kwaha ivyamwa vyo mw'ishamba ( âge de pierres/stones age)???? Inyishu nabo nyene birirwa bamena amatwi abantu bavuga ngo demokrarasi, ubukene muri Afrika,...... Nta kintu kibabaje mu buzima nko kuba ufise utwawe, umutungo wawe,ariko hakaza abanyamahanga bakakubuza ko ubirya, bakakubuza naho wicara, bakagukura mu vyawe; waraba nabikicwa canke ukangazwa uzira ivyiza Imana yakwihereye.
.Abanyagihugu ba Kongo babayeho nabi kandi barashonje. Ariko uteze amatwi neza ; wumva abantu bose n,umunyagihugu wo hasi i Buraya,bavuga ngo bifuza kugenda gufasha muri kongo. Ukibaza ikintu kibajanyeyo ukabura, kandi witegereza ugasanga ahubwo bashaka ko Kongo ibafasha canke bakayisahura ku nguvu.

Afrika irabandanya ikorerwa ubukoloni kandi ariko isahurwa abantu n'ubutunzi bwayo ku neza canke ku nguvu. Abatabizi nabo bakaja mu mabarabara baririmba " ukwikukira( indépendance) kandi atariko bimeze. ibihugu bimwe vya Afrika vyikukiye kuri 50%.

Chiba Trust 19/05/2015 13:00

Why is US soldiers coming in that country? The leaders of Africa must to avoid that plan.They destroyed Libya now they want Burundi

cibitoke 19/05/2015 11:14

Abakurikirana ivyo Amerika igenda ikorera mu bindi bihugu, ndibaza ko bitotangaza kumva ngo abasirika ba Amerika bari mu Burundi et d'ailleurs ivyo vyaramenyekanye hashize hafi amezi abiri n'igice. Twibutse ko igihe Ntaryamira na Habyarimana baraswa hakoreshejwe wa munyabwenge buke ariwe Kagame, abasirikare b, abanyamerika bari i Bujumbura, barungitswe na Clinton ku mugambi wabo usanzwe uzwi wo guhungabanya , kwica , gusahura petroli, ubutare,no gusenya amaleta y'ibindi bihugu binyegeje inyuma y'a demokarasi, uburenganzira bw'ikiremwa muntu, umwidengevyo n'ibindi.

Ikosa ryakozwe , nuko kubera kutamenya politike y'amerika, Uburundi bwagize ikosa rikomeye kandi buzicuza ubuzima bwose,ryo kwemera kuja muri AFRICOM. AFRICOM Akaba ari urwego rwerekeye umugambi wa Amerika wo gukwirakwiza muri Africa, igisirikare muri Afrika, hagamijwe, kwica, kwifatira (Contrôle) abanyafrika no kubakandamiza no kwiba umutungo wa Afrika